• Urunani Amizero y’Abarundi rurikuwe n’umugambwe Sahwanya Frodebu hamwe n’umugambwe Uprona utemewe na Leta Barungikiye urwandiko uwurongoye ubumwe bwa afrika, uwurongoye umuryango wa Afrika y’ubuseruko , umunyamabanga mukuru w’ishirahamwe mpuzamakungu ONU.

Source :

http://www.iwacu-burundi.org/incamake-yamakuru-yiwavu-yo-ku-wa-16-ndamukiza-umwaka-w2018/

Pin It