• Umurwi w’abashingamateka batowe mu runani rw’abatavuga rumwe na Leta Amizero y’abarundi bemezako abantu 3 bayoboka urwo runani bakubiswe barakomereka mugatondo ko kuruyu wa 5, umushingamateka Bernard Ndayisenga yatowe muri urwo runani nawe arakubagurwa.

Source :

http://www.iwacu-burundi.org/incamake-yamakuru-yiwacu-yo-ku-wa-13-ndamukiza-umwaka-w2018/

Pin It