Ishiraharahamwe riraharanira agateka ka zina muntu Amnesty international risaba abategetsi b’Uburundi kurekura abapfungwa bazira ivyiyumviro vyabo. Ridoma urutoke ku mu kuru w’ishirahamwe Njabutsa tujane Germain Rukuki, uwahora ari ijosho ry’ishirahamwe Aprodh hamwe n’abanywanyi batatu b’ishirahamwe Parcem bapfungiwe mu ntara ya ngozi.

Source :

http://www.iwacu-burundi.org/incamake-yamakuru-yiwacu-yo-kuwa-14-ruhuhuma-2018/

Pin It